2014 azoba ari anniversaire ya 10 ans Reseaux National des jeunes - TopicsExpress



          

2014 azoba ari anniversaire ya 10 ans Reseaux National des jeunes Vivant avec le Sida au Burundi ,aho nzoba ndi umu invite d honneur en meme temps president d honneurkoz c moi qui a l idee de fonde cette association mugihe les annees 2000 kuvuga Sida a Bujaa cari ikibazo cigisoda mugihe hari hakiri ignorance ikomeye , discrimination nibindi muzi vyose ntavuze ! So muminsi iza je v vouz partagez mon experience muri lutte contre le sida ariko ahanini nzoba bwira ingorane twabona muri 2003 aho wasanga hari abana bavutse barwaye les annees 80 bakabura uko babibabwira ubu bikaba vyagarutse koz abana bavutse les annees 90 bariko baba muri meme situation nkizo zo muri 2000 ! hama ikindi ingorane abana bavutse barwaye ubu bamwe bageze kubaka ingorane bahura mugihe hageze kurondera umu partenaire canke niyo bishitse aka draga umukobwa juste pour couche ! Merci Mme Maggy kuri soutient yawe kuri bureau wadugaye nama Ordi na salle de reunion , Merci Mme Jeanne Gapiya kukarorero keza wanyeretse et je profite l occasion yukwifuriza annif nziza ya 50 ans narifuje kuhaba ariko ntivyakunze ariko uri umu Maman kuri jewe uri kumutima bizu ! Oloooha
Posted on: Mon, 15 Jul 2013 19:07:37 +0000

Recently Viewed Topics




© 2015