Hano mumuji wa cape town hiriwe imyitozo yindege zakaruhariwe - TopicsExpress



          

Hano mumuji wa cape town hiriwe imyitozo yindege zakaruhariwe muvyintambara ababikurikiranira hagufi bo bibaza imyitozo yizo ndege ikiri inyuma nagerageje kwegera umupirote umwe bruklini kukibuga cazo yanka kunyishura vyinshi yagize ati africa yepfo ifasha or africa ande turimwo twitegura kunhingano zacu mubajije izo nshingano ati :urazi hasigaye igihe gito ngo muri congo tuje gusenyura abakoze jonosinde mu rwanda ahita yigira ubwo rero imyitozo irimwo ikomez na nubu gushika zino saha.
Posted on: Fri, 28 Nov 2014 19:05:26 +0000

Recently Viewed Topics




© 2015