INKURU NZIZA ------------------ Kubanzi bumuziki wu Burundi - TopicsExpress



          

INKURU NZIZA ------------------ Kubanzi bumuziki wu Burundi mukunda amakuru yanditswe mururimi rwigiSWAHILI ikinyamakuru cacu mukunda cane DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ca bazaniye umwigeme atavyorosha mugushikiriza amakuru yabaririmvyi nabarIrimvyikazi biciye mururimi rwigiSWAHILI. Ubu mu minsi iza mugiye kuzoza muranashikirizwa ayo makuru yanditse mururimi rwigiSWAHILI TANGA INCIYUMVIRO CAWE HANO MURI COMMENTAIRE!
Posted on: Tue, 08 Jul 2014 20:33:03 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015