Iwacu Voix du Burundi shared the following link: Aho twirimira - TopicsExpress



          

Iwacu Voix du Burundi shared the following link: Aho twirimira bahubatse imitamenwa yabo mu mahera yacu na kamuna Igisagara ca Bujumbura kiguma caguka ku musi ku musi. Amakaratiye arashika n’ahobaye indimiro kandi abantu baguma bagwira. Mu gisagara bararengera amabarabara bashinga amakiyosike n’amakontineri. Hategekanywa iki mu gutunganya ibisagara n’isi ndimwa? Abajejwe ibisagara bati hari integuro nshasha. Ik...
Posted on: Mon, 07 Oct 2013 15:43:21 +0000

Trending Topics




© 2015