Paulo Yakoz Akazi Kagoye Knd Katoroshe Mukwigisha Ubutumwa Bwiza - TopicsExpress



          

Paulo Yakoz Akazi Kagoye Knd Katoroshe Mukwigisha Ubutumwa Bwiza Mumahang.Kandi Nabayahundi Yababwiye Ijambo Ry Imana Bamwe Barihan.( Ifilipi ni Efeso Paulo Niwe Yashoboye Gushikayo Aho Amashengero Yabakirisu Yaho Hantu Ariwe Yatumye.Ashingwa.Kandigihe Paulo Yari Mwibohero Yandikiye Abo Bakristo Bifilipi nomuri Efeso,Amakete.Meshi Ababwira Ubutumwa Bwiza.Nukubaremesha Ngo Bagume Mukwizera Kristo,Ntiyaretse Ngonuko Arimwibohero.Kandi Paulo Yakomeje Kwiyegereza Timoteyo,akanamubwira Ivyo Yandikira Abakirisu Bagenzi Biwe bi Filipi,Nabo Barakunda Paulo Cane Binatuma Barungikira Imfashanyo,paulo Nawe Akandika Ibaruwa Yokubashimira.Kandi Epafurodito Niwe Yari Yayimuzaniye,ariko Bibiliya Ivugako Yagwaye Cane Agerakure.Icogihe Yari, Yakize Yashaka Gutaha.Niwe Yahavuye Atwara Iryo Kete Rya Paulo Natimoteyo Gushika Ifilipi.(nguko Uko Paulo Yahura Nibihuhusi Vyishi Ariko Bikamuha Imbaraga Zokuvuga Ubutumwa Bwiza Nokuremesha Abo Yabwiye Ubutumwa Bwiza Nawe Muvuga Butumwa Nda Kwipfurije Kumera Nka Paulo Mubihe Vyose
Posted on: Thu, 18 Sep 2014 09:13:07 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015