Woba uri umwigeme??woba wifuza kurappa??igihe cawe - TopicsExpress



          

Woba uri umwigeme??woba wifuza kurappa??igihe cawe kirageze!!!overdo team iruguruye imiryango ku bigeme bose bifuza kwinjira muruwo mugwi!!ariko mumenye neza:hazoba selection uwuzorusha abandi niwe azokwinjira mu mugwi akazoca yitwa nawe umu overdo!ibisabwa vya mbere kugira uje mwihiganwa nibi bikurikira: 1)kuba uzi neza kandi wiyemera kuzi kurappa(ntidukeneye uwuza kwiga)kandi ukaba ufise ama lyrics umaze kwandika yiwawe(minimum indirimbo zibiri) 2)kuba uzi kwambara kandi ukabegwa 3)kuba wiga 4)kuba ufise telephone,compte facebook,twitter,...... Igihe naco tuzokibamenyesha vuba cane,mube muritegura murivyo bisabwa vyose!!stella mwangi,keko,yung grace,...ntanakimwe basumbije aba sister bacu,namwe mubishatse you can shine like them!!
Posted on: Wed, 04 Dec 2013 08:55:29 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015