ACOPA Burundi yasavye amatohoza ku bateye mu - TopicsExpress



          

ACOPA Burundi yasavye amatohoza ku bateye mu Cibitoke Ishirahamawe ACOPA Burundi risaba inzego zibijejwe ko zokora amatohoza abateye mu ntara ya Cibitoke bamenyekane, abarundi bamenye uwadurumbanije umutekano w’igihugu n’abakibamwo. Muri iryo shirahamwe bariyamiriza n’ukubona urwaruka rubandanya kurungikwa mu ntambara, ivyo bakabivuga bisunze ko abarwanyi bafashwe bagizwe n’urwaruka rukiri ruto. igihe.bi/acopa-burundi-yasavye-amatohoza-ku.html
Posted on: Wed, 07 Jan 2015 12:35:41 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015