Abarundi batandatu bagiye mu nama mu mahanga. Bababwiye kuvuga - TopicsExpress



          

Abarundi batandatu bagiye mu nama mu mahanga. Bababwiye kuvuga amazina yabo, umwe abwira abagenzi biwe ati : kugirango abazungu bumve amazina yacu, ko dufit amazina nkayabo, tuyashire mu ndimi zabo : Umwe agenda avuga : - My name is Developement Silas ( Majambere Silas) - Human’s mother Claire ( Nyinawumuntu Claire) - Who survived thunder Claude ( Yakizinkuba Claude) - Hear and shut up Pierre ( Vyumvuhore Pierre) - I follow the cow Theogene ( Nkurikiyinka theogene ) - They all hate me Marie ( Banyangabose Marie) Yesterday at 7:49am
Posted on: Mon, 18 Nov 2013 08:09:30 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics





© 2015