Aline Vyuka yashitse ku munsi w’itariki 1.09.2014 mugihugu ca - TopicsExpress



          

Aline Vyuka yashitse ku munsi w’itariki 1.09.2014 mugihugu ca LETA NZUZE UBUMWE ZA AMERICA iyo asanzwe aba mugihe yahora mugihugu ca TANZANIA. Umuryango wiwe wamwiteguriye birenze gushika naho arwa mugahundwe (SURPRISE) umunezero wari wose na cane cane abavukanyi biwe bari bamufitiye inkumbuye nyinshi tutibagiye n’umuvyeyi amuvyara bakunze kwita MAMA ALINE ivyishimwo vyari vyose. kukibuga c’indege abari baje kumutegera bari bafise ivyandiko ibiha ikaze umuririmvyikazi ALINE VYUKA bivuga ngo WELCOME WE HOME ALINE n’umuzungu w’umwigeme wewe vyari birenze yarafise ivyandiko bivugango KARIBU DADA YANGU ALINE ---->>>ikirere/?p=905#sthash.HX36cfe3.dpu
Posted on: Tue, 02 Sep 2014 00:47:47 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015