Umuririmvyi MCMELLO kuva aba fans biwe bakunze cane umuziki - TopicsExpress



          

Umuririmvyi MCMELLO kuva aba fans biwe bakunze cane umuziki CHUKUWA HEINEKEN yahisemwo kuwukorera VIDEWO nshasha iza yaratanguye gukorerwa amashusho aramenyesha abakunzi bose bumuziki wuburundi bwacu ko VIDEWO CHUKUWA HEINEKEN boyitegurira kwitariki 29/08/2014 ikazoba igiye ahabona bakazoshobora kuyiraba. dutezeimbereumu.do.am/photo/chukuwa_heineken_videwo_nshasha_ya_mcmello/1-0-272 Mcmello McLove ati Videwo CHUKUWA HEINEKEN ndiko ndayikorera amashusho meza kandi akaze cane gose mugihe umu fans wanje ariko arayiraba azokwikugure pe ndiko ndara ukuntu ndayikoze izoba ikaze cane.
Posted on: Fri, 22 Aug 2014 20:14:45 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015