Umurwi wabaririmvyo Best Life Music hamwe numuririmvyikaiz Ashley - TopicsExpress



          

Umurwi wabaririmvyo Best Life Music hamwe numuririmvyikaiz Ashley Girukwishaka babazaniye umuziki mu nshasha kandi mwiza ubereye kumva cane wumvirize umudiho ukozwe uramara cane gose, umuririmvyikazi ASHLEY wowe navyorosha womenga ni RIHANNA wo muri AMERICA aririmba kuko ijwi rya ASHLEY rirarongoroye pe , BEST LIFE nabo nyene nibavyoroheje kwijiwi ryabo ni danger uno muziki wabo KEEP SWAGG ON.Mukunzi wumuziki mu Burundi wumvirize nawe uraheba wemere pe! Check out dutezeimbereumu.do.am/video/vip/318/myvideo/keep_swagg_on_by_best_life_ft_ashley_new_burundi_music_2014
Posted on: Fri, 22 Aug 2014 20:27:35 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015