au fait urwaruka nirwo rutuma ahuntu haterimbere ariko uravye - TopicsExpress



          

au fait urwaruka nirwo rutuma ahuntu haterimbere ariko uravye uwuhejeje wese amashure aca agomba gukorera abandi canke leta kandi bitari bukunde abuze akazi aca yicara ahubwo urwaruka rwahejeje amashure rushika nka 20 kuduga rwoja hamwe ndetse bagashiramwo nabakiri kwishure bakagira association bakaca barondera agrement muri commune no muri ministere de linterieur bayironse bakaca bategura imigambi bagomba kurangura bakayirungika muri ministere de la jeunesse et sport hama bagakorana naza ncabwenge zimboneza dufise murumonge nizere ko vyogenda neza kandi uwuhejeje wese yoja muriyo association ubukene bwogabanuka nokwirukira hanze vyogabanuka plus boterimbere nimigambi yoba myinshi kandi ndazi neza ico gukora ntikibuze akarorero:secretariat public,cyber,fabrication des briques,gucukura umusenyi namabuye,nibindi... kandi ndazi neza babishizemwo ubushake vyokunda
Posted on: Mon, 04 Aug 2014 17:55:12 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015