Ambassadeur wu Burundi yagiye muri Tanzania munama atahutse - TopicsExpress



          

Ambassadeur wu Burundi yagiye muri Tanzania munama atahutse yabajijwe numunyamakuru ibyurugendo rwe nawe at< mugabo nkubutse munama mugihugu cyumubanyi kandi ingene yagenze yari nziza, twabonanye numuhudza Mandela aca arambadza ati< How do you feel BURUNDI>? nanje nca ndamusubidza nti< I feel OKBurundian>! arabandanya ambadza at< However?> nanje nti< Forever>! mugabo yabandanya ambadza byinshi akarorero ati< Together?> nca ndamusubidza nti< Another.> Mugabo ndumva nabaye umwambassadeur mwidza!
Posted on: Mon, 25 Nov 2013 20:06:06 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015