Firipo Nzobonariba : Abakoze icegeranyo ca ONU bafise iyindi - TopicsExpress



          

Firipo Nzobonariba : Abakoze icegeranyo ca ONU bafise iyindi ntumbero Umuvugizi wa Reta y’Uburundi Firipo Nzobonariba ariyamiriza icegeranyo kitarashirwa ahabona c’abahinga b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU, kivuga ko hari abasirikare b’abarundi hamwe n’urwaruka rw’Imbonerakure za CNDD FDD bagiye mu mwaka w’2014 muri Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo bambaye impuzu za gisirikare n’ibirwanisho vy’Uburundi. Firipo Nzobonariba asigura ko abakoze ico cegeranyo bafise iyindi ntumbero. igihe.bi/firipo-nzobonariba-abakoze.html
Posted on: Thu, 08 Jan 2015 12:27:32 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015