SURPORT IS SO EASY ORPHAN CHILDREN Abarundi iyo bari mu makungu - TopicsExpress



          

SURPORT IS SO EASY ORPHAN CHILDREN Abarundi iyo bari mu makungu baribuka bagenzi babo bari mu Burundi bafise ibibazo bitandukanye, Tuyisabe Angel akaba agiye kurungika agakemanyi ko gushikiriza abana batishoboye mu ntara ya Makamba, aho akazoba ari ku wa 13 kigarama. Nkuko yabwiye uruganda rwa Indundi Magazine yamenyesheje ko ivyo bikorwa babikoze mu mutima w’urukundo bakunda bene wabo bari mu ngorane Ako gakemanyi k’uwo munyeshure asanzwe yiga akisumamwo muri leta zunze ubumwe za amerika kazoshikirizwa urwo rwaruka n’umuririmvyi Mkombozi arikumwe na bagenzi we Chany Queen na Elly’s Boy MENYA VYINSHI HANO=>>indundi/news/page/61584/
Posted on: Sat, 29 Nov 2014 19:19:08 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015