U BURUNDI BUGOWE BUKIRIKO. Ntakibabaje nkokubona, hakiriho - TopicsExpress



          

U BURUNDI BUGOWE BUKIRIKO. Ntakibabaje nkokubona, hakiriho abarundi bacitwaje amoko, ngo niyo yishe igihugu...ntamugabwe ukumira umurundi , witwaje ubwoko, kubatabizi babimenyereho, kanatsinda, inzara, ubukene, no guhohoterwa bihitiye mugihugu, ndaremye bitubitse ubwoko bwose mugihugu...harageze aho turengera ubwoko, tugaharanira amahoro, ubutungane, niterambere ryabarundi... Abarundi turi mumahanga ntabubabare tuzi nkubwabari mugihugu hagati, tugabanye amajambo, ya fanatisme, turwize ibikorwa vyogutorera umuti ingorane zihanze igihugu ca twibarutse. MBWIRE GITO CANJE, GITO CUWUNDI CUMVIREHO.
Posted on: Mon, 25 Nov 2013 20:00:50 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015