umugabo yagiye gusura umubanyi wiwe muri Hopital Psychiatrik hama - TopicsExpress



          

umugabo yagiye gusura umubanyi wiwe muri Hopital Psychiatrik hama baramwankira ko yinjira kuko hakiri kare bati ugaruke dans une h araraba abona ntiyogenda ngo agaruke aca yicarira muri salle iri hambavu ngaho ariko arasoma igitabo yahasanze, haca haza une imfirmière mwiza cane arasubira aramuraba mbe ashika naho amusaba service ati mbe nta toillete noronka ngaha? nya mu dame aramujana aramwereka, hama arigira nyamusore biranka ko yinjira muri toillete asohotse asanga nya mu dame yagiye biramwankira ingene yoronka na nr yiwe ya phone aca agira fièvre, aca yigir inama yo kwigwaza ibisazi yiyunvira ko nibamugumana aca abona nya mu dame. Yaciye adodora ku bureau yabonye ngaho akoma akamo caneeee yikubita yitaburirako imbuzu baca bamujana muri sale yabasazi bagwaye cane namwe muravyunva ca gisindano bakimuzibuye yaciye asinzira nubu akigona bonne nuit mes amis
Posted on: Sun, 17 Aug 2014 20:21:14 +0000

Recently Viewed Topics




© 2015