Bagiye gusubira guhurira munama kuva taliki ya 27 gushika 29 uku - TopicsExpress



          

Bagiye gusubira guhurira munama kuva taliki ya 27 gushika 29 uku kwezi turimwo.Abo ni abanyapolitike mugihugu cu Burundi,iyo nama ikaba ibaye inyuma yizindi zabahurije muntara ya kayanza na Bujumbura,kazoba ari akaryo kugira barabire hamwe ibijanye ningingo 42 bari bapfunditse muco bari bise igitabo cinzira ukuntu zashizwe mungiro.Iyo nama nkuko bisanzwe itegurwa na leta hamwe ni bureau vyishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi BNUB.Iyo izotangura kuwagatatu wiyindwi izobera muri Royal Palace Hotel ariko muri iyo hotel hazobera iyugururwa nisozerwa gusa kuko ibiganiro nyezina bizobera munyubakwa za BNUB.
Posted on: Mon, 25 Nov 2013 19:38:10 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015