ncuti zacu umviriza umutime ANGEL HAPPINESS nkuko twaraye - TopicsExpress



          

ncuti zacu umviriza umutime ANGEL HAPPINESS nkuko twaraye tubibabwiye egera iradiyo yawe ushire kumurongo wa BONESHA F.M 96.08 muri kanokanya ngaho ni kubantu busanzwe muri ngaha mu BURUNDI hama abantu muri hanze turavuga IBULAYA murashobora kumviriza muciye kuri WWW.BONESHA.BI Mutumire witeka ni ANGEL HAPPINESS mukiganiro KUMWANYA NIGTH SHOW mushikirizwa na Jojo Kaouka Birahera. Umutumire ANGEL HAPPINESS abiganira ibijanye nogufasha aban bimpfuvyi kuko umwana suwumwe ntuwacu twese kandi nuwigihugu.
Posted on: Sat, 29 Nov 2014 19:39:23 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015