Ikigo kijejwe kwegeranya amakori ya leta mu Burundi OBR - TopicsExpress



          

Ikigo kijejwe kwegeranya amakori ya leta mu Burundi OBR cishimira kuba carongereje umwimbu kurenga kuri 38 kwijana ku mezi atatu arangiza umwaka uheze. Umuyobozi mukuru wa OBR Domitien Nizigiyimana yavuze ko bavuye ku miliardi zirenga 176 bagashika ku zirenga 191. Mugabo naho biri uko, hari abadandaza nabanyagihugu badashima ingene bakorana na OBR. Aho ni nki Muyinga ku rubibe Uburundi buhana na Tanzania aho vyashitse bakanatera amabuye abakozi ba OBR mu minsi iheze.
Posted on: Thu, 22 Jan 2015 17:47:05 +0000

Trending Topics



Recently Viewed Topics




© 2015